Igitutu aha kiri hejuru ya metero amajana abiri, amazi ari umwijima n’ivu. Uko umuntu abona munsi y’amazi ni metero imwe gusa. Ni co gituma ataco kibonetse ng’aho gushika ubu.
Ibitekerezo
Injira gukunda no gutanga ibitekerezo.
Ntaco bavuze. Nimube aba mbere.